Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Ivyakozwe 2:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Kandi n’iki gitumye twese tubumva bavuga indimi z’i wacu izo twavukanye?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 None bigenda gute ngo umwe umwe wese muri twebwe yumve bavuga ururimi kavukire rw’iwabo?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Ivyakozwe 2:8
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kugira ngo bamenyeshe abana b’abantu ivy’ inkomezi wakoze, N’ubgiza bg’igitinyiro c’ ubgami bgawe.


Se Zakariya yuzuzwa Mpwemu Yera, avugishwa n’Imana,


Barumirwa bose, baratangara, bati Mbeg’ aba bose bavuga s’Abanyagalilaya?


Tur’ Abapariti, n’Abamedi, n’Abelamiti, n’abamye i Mesopotamiya, n’i Yudaya, n’i Kapadokiya, n’i Ponto, no muri Asiya,


Kand’ Imana yabanje gushira mw ishengero bamwe kuba intumwa, maz’ aba kabiri ibashiraho kuba abavugishwa na yo, maz’ aba gatatu, ibashiraho kuba abigisha, maz’ ishirah’ abakora ibitangaza, maz’ ishirah’ abāhawe ingabire zo gukiza indwara, n’abāhawe gufasha abandi, n’abāhawe kurōngōra, n’abāhawe kuvuga indimi nyinshi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ