Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Ivyakozwe 2:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Bose barumirwa barazazanirwa, barabazanya, bat’ Ibi n’ibiki?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Nuko bose barumirwa bongera barazazanirwa, babazanya bati: “Mbega ibi ni iki?”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Ivyakozwe 2:12
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu arangije ayo majambo yose, ishengero ritangazwa n’inyigisho ziwe,


kuko Herode yatinya Yohana, amuzi kw agororotse kand’ ar’ umuntu yera, aramurinda: iy’ amwumvise hose, ivyiwe vyaramuzazanira, yamara yanezererwa kumwumva.


Ahamagara umwe mu bashumba, amubaza ibibaye ivy’ ari vyo.


Yumvise ishengero rihita, ibaza ivy’ ari vyo.


Petero akizazaniwe mu mutima n’ivyo abonye yeretswe ivy’ ari vyo, abantu batumwe na Koruneliyo, bahejeje kubaza urugo rwa Simoni, bahagarara kw irembo,


Kuk’ utuzanye mu matwi ibintu vy’ivyaduka: none rero turagomba kumenya ivy’ ari vyo.


Abakirete, n’Abarabo, tukabumva bavuga mu ndimi zacu ibitangaza vy’Imana.


Barumirwa bose, baratangara, bati Mbeg’ aba bose bavuga s’Abanyagalilaya?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ