Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Ivyakozwe 18:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Kandi kuko bāri bahūje ubuhinga, abana na bo, barabungirana, kuk’ ubuhinga bgabo bgar’ ubgo kujisha amahema.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Kubera ko bari basangiye umwuga wo kujisha amahema, yaciye abana na bo, barakorana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Ivyakozwe 18:3
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

None rero turakwinginze, uturekure tuje kuri Yorodani, umuntu wese yicire igiti, twiyubakireyo aho kuba. Arabishura, ati Nuko ni mugende.


dukoresha amaboko yacu tugatama: iyo badutuka turabahezagira, iyo baduhama turihangana,


Kandi n’Umwami wacu ni ko yageze kw abavuga ubutumwa bgiza batungwa n’ubutumwa.


Ariko jewe ubganje nta co narwaniye mur’ ivyo: kandi sinandikiye ivyo kugira ngo nkorerwe ntyo. Ivyoba vyiza n’uko nopfuma mpfa, hak’ umuntu ahindura ubusa ivyo vyirato vyanje.


Non’ ingero yanje n’inki? N’uk’ ubutumwa, uko mbuvuze, mbuvuga ku buntu, kugira ngo sindwanire ivyo nemerewe mu butumwa.


Canke mbega naracumuye kuko nicishije bugufi ngo mushirwe hejuru, mbabgiye ubutumwa bgiza bg’Imana ku busa?


kand’ aho nari kumwe namwe ngakena, sinagize uwo ngōra: kuko bene Data bavuye i Makedoniya bāmmaze ubukene. Muri vyose nirinda kubagora, kandi nzoshishikara kuvyirinda.


Ayandi mashengero yabarushije iki, atar’ uko jewe ubganje ntābabereye ikirusha? Mumparire ico caha!


Bene Data, muribuka ubutame bgacu n’ubucumukure; twābabgira ubutumwa bgiza bg’Imana twikenurira umurango n’ijoro, kugira ngo ntihagire uwo muri mwebge turemēra.


Kandi mushishikare kwiyorosha, no gukora ivyanyu, no gukoresha amaboko yanyu, nk’uko twababariye,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ