Ivyakozwe 17:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 abibasobanurira, amenyekanisha yuko Kristo yar’ uwo kubabazwa, no kuzuka mu bāpfuye: kand’ ati Yesu, uwo mbabgira, ni we Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe3 abasigurira yongera abereka ko Kristo yategerezwa kubabazwa no kuzuka mu bapfuye. Akababwira ati: “Uwu Yesu ndiko ndababwira, ni we Kristo.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |