Ivyakozwe 17:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Nuko Paulo, nk’uko yamenyereye, yinjira muri bo, amara amasabato atatu avugana na bo ivyo mu vyanditswe, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Pawulo yinjira mw’isinagogi nk’uko yari asanzwe abigenza. Amara amasabato itatu akurikirana aharira na bo ku Vyanditswe Vyera, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |