Ivyakozwe 13:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Nuko bavuyeyo batumwe na Mpwemu Yera bamanuka i Seleyukiya. Bavudukayo bari mu bgato bafata i Kupuro. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Nuko baragenda batumwe na Mpwemu Yera, bamanuka i Seluwukiya, baca bafata ubwato buja mw’izinga rya Kupuro. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |