Ivyakozwe 10:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Umumarayika yavuganye na we amaze kugenda, ahamagara babiri bo mu basuku biwe, n’umusoda yubaha Imana wo mu bamugendanira: အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Wa mumarayika baganira amaze kugenda, Koruneliyo aca ahamagara babiri mu bakozi bari kumwe n’umusoda yubaha Imana, yari umwe mu bamugendanira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |