Ivyakozwe 10:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Na we amukanurira amaso, afise ubgoba, aramubaza, ati N’iki ga Mwami? Aramwishura, ati Gusenga kwawe n’ubuntu bgawe vyadūze biba icibutso imbere y’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Koruneliyo na we amuhanga amaso yuzuye ubwoba, aramubaza ati: “Ni iki ga Mwami?” Wa mumarayika aramwishura ati: “Amasengesho yawe n’ibikorwa vyawe vy’imbazi vyaduze biba nkishikanwa ry’icibutso imbere y’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |