Ivyahishuwe 7:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Kandi mbona umumarayika wundi adūga, ava i burasirazuba, afise ikidomesho c’Imana nzima, asemerera n’ijwi rirenga, abarira ba bamarayika bane bahawe kwonona isi n’ikiyaga, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Nca mbona uwundi mumarayika avuye i burasirazuba, afise ikimenyetso c’Imana nzima. Aca arasemerera abwira ba bamarayika bane bahabwa ububasha bwo kwonona isi n’ikiyaga ati: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |