Ivyahishuwe 3:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Ni wibuke rero ingene wākiriye kandi wumvise: uvyitondere, wihane. Nuko rero n’utaba maso, nzoza nk’igisuma, nawe ntuzomenya igihe nzokwūbīra. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Wibuke inyigisho wumvise ukazakira. Uzigendere wongere wihane. Niyo utakanguka nzoza nk’igisuma, kandi ntuzomenya igihe nzokugendera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |