Ivyahishuwe 1:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Hahirwa ūsoma, hahirwa n’abumva amajambo y’uku kuvugishwa n’Imana, bakitondera ivyanditswe muri yo: kukw igihe kiri hafi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Harahiriwe uwusoma aya majambo y’ubuvugishwa, kandi harahiriwe abayumva bakayashirako umutima, kuko igihe kiri hafi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |