Hoseya 7:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Efurayimu yivanga n’ayandi mahanga; Efurayimu ameze nk’ umukate utagaraguwe, uzigiye uruhande rumwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Nukw ivyo vyose birangiye, abakuru baraza barambarira, bat’ Abisirayeli n’abaherezi n’ Abalewi ntibitandukanije n’abantu bo mur’ ibi bihugu, ariko bakora ivy’ ubuyobe, ivy’ Abanyakanani n’ivy’ Abaheti n’ivy’ Abaferizi n’ivy’ Abayebusi n’ivy’ Abamoni n’ivy’ Abanyamowabu n’ivy’ Abanyegiputa n’ivy’ Abamori;