Hoseya 7:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Igihe nagomba gukiza Abisirayeli, haciye haseruka ibigabitanyo vy’Abefurayimu, bo n’ivyaha vy’i Samariya; kuko bakora ivy’ ibinyoma: abasuma barāra baramena amazu, igitero c’abambuzi kikamburira hanze. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |