Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Hoseya 5:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Ni co gituma mmereye Efurayimu nk’ inyenzi ku mpuzu, n’inzu ya Yuda nk’ibungwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Hoseya 5:12
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kukw inyenzi zizobarya nk’umwambaro, n’ ifukunyi izobarya nk’ubgoya bg’ intama: arik’ ukugororoka kwanje kuzokwamah’ ibihe bidashira, n’ agakiza kanje uk’ urunganwe ruzogenda rukurikirana.


Naho mmeze nk’igiti kibongeye, Nk’impuzu yariwe n’inyenzi.


Arikw Imana igera igikogoshi ngo kirye ico kibonobono; buca cākabiranye.


Rāba Umwami Uhoraho ni we azompagarikira; non’ uwontsindisha ni nde? Ereg’ abo bose bazosāza nk’impuzu; inyenzi zizobarya zibamare.


Umugore atunganye abera umugabo wiwe igitsibo mu mutwe, Arik’ uw’ agatētereza amubera nk’ikimungu mu magufa.


Iy’ uhanishije umuntu ibikangiro kubg’ ukugabitanya kwiwe, Umumarak’ ubgiza nk’ukw inyenzi yonona: N’ukuri umuntu wese n’ impwemu zihumetswe gusa. Sela.


Nuko rero, nk’ukw ibirimi vy’umuriro bitongora ibirararara, kandi nk’uk’ ubgatsi bgumye bunyikira mu muriro, ni kw igishitsi cabo kizoba nk’ikibore, n’amashurwe yabo azotumuka nk’umukungugu: kuko bāgaye ivyagezwe vy’Uhoraho Nyen’ ingabo, bagakēngēra ijambo ry’Uwera w’Abisirayeli.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ