Hoseya 5:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Ni mwumve ibi, yemwe baherezi, kandi mwumvirize namwe ab’ inzu ya Isirayeli, mutege amatwi yemwe ab’ inzu y’umwami, kuk’ urubanza ari mwebge rutsinze; kuko mwabereye i Misipa umutego, mukabera i Tabora ururiba rutezwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |