Hoseya 4:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Abantu banje baranduwe no kutagira ubgenge: wewe ko wataye ubgenge, nuko nanje nzoguta, ntuzoba ukiba umuherezi wanje; ko wibagiye ivyagezwe vyanje, Imana yawe, nanje nzokwibagira abana bawe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |