Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Hoseya 3:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Nuko ndamutangakw intete z’ifeza cumi na zitanu, n’ingero yitwa homeru ya sayiri imwe n’igice.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Hoseya 3:2
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mur’ iyi myaka ukw ari mirongwibiri naba i wawe, nagukoreye imyaka cumi n’ine nca abakobga bawe bompi, n’iyindi itandatu ngucak’ umukuku w’intungwa: kandi wahinduye ingero zanje ibihetangabo cumi.


Inkwano mwoncira n’ingabire mwonsaba, uko biribungane kwose, ndabibaha uko mubinyatse: ariko mumpe uwo mwigeme.


Ariko se ni yanka kumumushingira, na ho nyene atange inkwano nk’uko bahora bakwa abandi bigeme.


Kukw imirima cumi y’imizabibu izoreta umubindi umwe, kand’ igisamba cagezwemw’ imbuto kizozana inkōko gusa.


Efa na batu bibe urugero rumwe, kugira ngo batu ibemwo kimwe c’icumi c’ingero yitwa homeru, na efa ibemwo kimwe c’icumi ca homeru nyene; urugezo rwavyo rugerwe kuri homeru.


Maze ndamubarira, nt’ Uzomara imisi myinshi undorereye; ntuz’ uje mu busambanyi, ntuz’ uje ku wundi mugabo wese: nanje nzokumerera ntyo.


Umuntu ni yarobanura igice co kw itongo ryo mw ishamvu yiwe, akakimpa, mu kuhacira uz’ urīmbūre imbuto yohabibga ukw ingana: ni haba hokwirwa n’ ingero yitwa homeru ya sayiri, uhacire shekeli z’ifeza mirongwitanu.


Kandi na Rusi Umunyamowabukazi, yari muka Mahaloni, ndamuguze ngw abe umugore wanje, ngo mponore umuhisi, ishamvu ntive kw izina ryiwe, izina ry’umuhisi ryoye kuzimangana muri bene wabo, no ku marembo y’igisagara cabo: mbatanzekw ivyabona uyu musi.


Maze Sauli arababarira, ati Muze mubarire Dawidi, muti Ntagomba inkwano; mut’ Ico agomba n’ubugabo ijana uzoshāhura Abafilisitiya, kugira ngo yīhōre abansi biwe. Ariko Sauli yagira ngw akororere Dawidi mu maboko y’Abafilisitiya.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ