Hoseya 2:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Ni co gituma nzosubira ku ngano zanje mu gihe zokweze, no kuri vino yanje mu gihe yoganiwe, kandi nzomushikura bga bgoya bganje bg’intama n’ipampa yanje, vyari kumumara ubgambure bgiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |