Hoseya 2:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 nyina akaba yarīhinduye maraya, uwabavyaye akaba yarakoze ibiteye isoni: kuko yavuze, ati Ndikurikirira abūzure banje, bampa ivyo ndya n’ivyo nnywa, bakampa ubgoya bg’intama n’ipampa, bo n’amavuta n’ibinyobga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |