Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Hoseya 11:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Nabakwegesheje imigozi y’umuntu, imigozi y’ibitsibo vy’urukundo; kandi nabamereye nk’ababakūra ingōgo mu mibangabanga yabo, nterekeranya ivyo kurya imbere yabo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Hoseya 11:4
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ut’ Azomubera se, na we amubere umwana; uti Na ho ni yacumura, azomuhanisha inkoni nk’iyo abantu bahanisha, amuhe imiramu nk’iy’ abana b’abantu;


Barasaba, azana inkware, Abahimvya umutsima wo mw ijuru.


Mose arababgira, at’ Iki ni co Uhoraho yabageze, at’ Ingero ya omeru yuzuye manu ibīkirwe ab’ urunganwe rwanyu uko ruzogenda rukurikirana, kugira ngo baze barābe umutsima yabagaburiye mu bugaragwa, igihe yabakūra mu gihugu ca Egiputa.


Mfata nkuje inyuma, twiruke. Umwami yanshikanye i kare: Tuzonezerwa, nawe uzoduhimbara. Tuzokwamamaza urukundo rwawe kurusha uko twokwamamaza vino: Urukundo bagukunda rurakubereye.


Yababaranye na bo mu mibabaro yabo yose, kand’ umumarayika yama ahagaze mu nyonga ziwe yarabakiza: urukundo rwiwe n’ikigongwe ciwe ni vyo vyamuteye kubacungura; yarabaterura akabaheka imisi yose ya kera.


Erega ntiyamenye kw ari jewe namuha za ngano na vino n’amavuta, nkamusenyurirakw ifeza n’izahabu, ivyo bākoreshereje Bayali.


Ni jewe Uhoraho Imana yanyu, nabakūye mu gihugu ca Egiputa, kugira ngo ntimube abagurano babo; navunnye ibiti vy’ingōgo vyababoshe, mbaha kugenda mwemye.


Nanje ni namanikwa hejuru y’isi, nzokwikwegerako bose.


Kuk’ urukundo rwa Kristo rutugōbēra, kand’ ico tuzi tudakekeranya n’uk’ umwe yapfiriye bose, nuko rero bose bārapfuye.


Uko ni k’Uhoraho yagenda abarōngōra wenyene, Ata mana y’inyamahanga yari kumwe na we.


Abaha n’amata y’urubu n’ amatāmatāma, N’ibinure vy’abana b’intama n’ivy’ amapfizi y’intama, N’amasho y’i Bashani, n’ impene, N’ingano zitengengeye nziza; Mwanyoye vino, ari yo maraso y’inzabibu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ