Hoseya 1:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Nukw arongera asama inda, avyara umukobga. Uhoraho yongera kumubarira, at’ Izina ryiwe n’umwite Ntambabazi, kuko ntazosubira kugirira imbabazi inzu ya Isirayeli, ngo ndabaharire na gatoya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |