Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Hoseya 1:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Nukw aragenda, yābīra Gomeri mwene Dibulayimu; asama inda, avyara umuhungu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Hoseya 1:3
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kand’ uwo mugabo abana na Eva umugore wiwe; nukw asama inda, avyara Kayini, aravuga, ati Ndonse umuhungu kubg’ Uhoraho.


Amazina yabo, umukuru yitwa Ohola, na murumuna we yitwa Oholiba: hanyuma ndabābīra, bacika abanje, bavyara abahungu n’abakobga. Ayo mazina yabo, Ohola ni we Samariya, na we Oholiba ni Yerusalemu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ