Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Guharūra 9:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Ku musi w’icumi na kane w’uku kwezi nyene ku mugoroba, az’ abe ari ho mubirya, nk’ukw igihe cayo cashinzwe: mubirye nk’ukw amabgirizwa yayo yose n’imigenzo yayo yose bimeze.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Guharūra 9:3
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze ku musi ugira icumi na kane wo mur’ ukwo kwezi kwa kabiri, babāga ivya Pasika; maz’ abaherezi n’Abalewi baramāramāra, baraheza barīyeza, bazana ibimazi vyo kwoswa mu ngoro y’Uhoraho.


Kuk’ umwami n’abaganwa biwe n’ikoraniro ryose ry’ i Yerusalemu bari bagiye inama yo kugira umusi mukuru w’ivya Pasika mu kwezi kwa kabiri.


Bukeye Yosiya agira umusi mukuru wa Pasika y’Uhoraho i Yerusalemu. Babāga imyagazi ya Pasika ku musi ugira icumi na kane wo mu kwezi kwa mbere.


Uhoraho abaririra Mose na Aroni mu gihugu ca Egiputa,


mu kwezi kwa mbere, ku musi wakwo w’icumi na kane ku mugoroba, haze hame haba Pasika yanje Uhoraho.


at’ Abisirayeli bakwiye kurya ivya Pasika mu gihe cayo cashinzwe.


Mose araheza abarira Abisirayeli yuko bakwiye kuzorya ivya Pasika.


kukw iyo biba birtyo, aba yar’ akwiye kubabazwa kenshi uhereye ku kuremwa kw’ isi. Yamar’ ubu yabonetse rimwe kw iherezo ry’ibihe, kugira ngw akūzeh’ icaha ukwitanga.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ