Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Guharūra 7:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Arikw Abakohati ntiyagira ico abaha, kuko bo, igikorwa cabo bājējwe car’ ico mu bintu vyēra, bakaba bari bakwiye kubirerura ku bitugu vyabo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Guharūra 7:9
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kand’ uko vyagenze n’uku: abareruye isandugu y’Uhoraho batambutse intambuko zitandatu, atanga impfizi kw ikimazi, bo n’ ishuri y’igishishe.


Nuko bashira iyo sandugu y’Imana ku mukogote musha, bayikūra kwa Abinadabu yaba kur’ uwo musozi; Uza na Ahiyo bene Abinadabu bayobora inka zikwega uyo mukogote musha.


Maze bashitse ku mbuga ya Nakoni, Uza atuma ukuboko ngw asame isandugu y’Imana, kukw inka zari zitirimutse.


Nukw abakuru bose bo mu Bisirayeli baraza, abaherezi baraheza barerura isandugu.


kuko bga bundi mutāyireruye, ni co catumye Uhoraho Imana yacu aduhwikira, kuko tutayigenjeje nk’uko vyashinzwe.


Nuko Dawidi akoraniriza Abisirayeli bose i Yerusalemu, kugira ngo baje kudūgana iyo sandugu y’ Uhoraho, bayishire ahantu hayo yayitunganirije.


Abalewi ntibazosubira kurinda kwikorera ihema n’ibintu vyose vy’ ibikoreshwa vyaryo.


Ivyo bāzēzwa yar’ isandugu n’ameza n’ico guterekwakw amatara, n’ibicaniro vyompi, n’ibintu vy’Ahēra vyo gukoresha, n’igihuzu co gukingīra Ahēra, n’ibikorwa vyavyo vyose.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ