Guharūra 7:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 kur’ uwo musi abakuru b’Abisirayeli, ari bo bakuru bo mu mazu ya ba sekuruza, bazana amashikanwa; ni bo ba bakuru b’imiryango bājējwe ivyo guharūra abantu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Kand’ abaganwa biwe na bo nyene nk’uko bavyigombeye baha abantu ibimazi vyo gutanga, babiha n’abaherezi n’Abalewi. Hilukiya na Zekariya na Yehiyeli, abakuru baganza ivy’ ingoro y’Imana, baha abaherezi ivyo gutanga kw ibimazi vya Pasika, imyagazi ibihumbi bibiri n’amajana atandatu, n’amapfizi amajana atatu.