Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Guharūra 4:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Baheze bābīre impuzu y’isufe, bayitwikirize igitereko c’ amatara, bo n’amatara yaco, n’ imakasi zaco zo gutunganya urutambi, n’udusahani two gushirwak’ umunyota warwo, n’ibikoreshwa amavuta vyose vyo ku ruhande rwaco,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Guharūra 4:9
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ijambo ryawe n’itara rimurikira ibirenge vyanje, N’umuco umurikira mu nzira yanje.


bagitēkerane n’ibintu vyaco vyose mu co kubitwikira co mu nsāto za tahashi, baheze babishire ku miniho.


baheze babirenzekw impuzu isa n’agahama, na yo bayorosekw ico kuyitwikira co mu nsāto za tahashi nyene; binjize n’iminiho kur’ ayo meza.


Nta bodomeka itara ngo baryubikekw igisimbo, ariko barishira ku gitereko caryo, ngo riboneshereze abari mu nzu bose.


ibanga ry’inyenyeri ndwi izo umbonanye mu kuboko kwanje kw’i buryo, n’ivy’ ibiterekwakw amatara ndwi vy’izahabu. Inyenyeri ndwi ni zo bamarayika b’ayo mashengero ndwi, ibiterekwakw amatara ndwi na vyo ni vyo mashengero ndwi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ