Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Guharūra 3:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Mugabo Nadabu na Abihu bāpfiriye imbere y’Uhoraho, igihe bāmwosereza imibavu ku muriro urahuwe ahandi, bari mu bugaragwa bg’i Sinayi; bapfa ar’ incike. Ariko Eleyazari na Itamari bāshishikara ibango ry’ ubuherezi imbere ya se Aroni.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Guharūra 3:4
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Imice aba Aroni bāgizwemwo n’iyi: bene Aroni bāri Nadabu na Abihu na Eleyazari na Itamari.


Umuriro uva k’Uhoraho, uyigiza ba bagabo amajana abiri na mirongwitanu bosheje imibavu.


Muyihe Eleyazari umuherezi, ijanwe inyuma y’aho mushagaje, ikerererwe imbere yiwe.


Jana Aroni na Eleyazari umwana wiwe, ubadūgane umusozi Hori:


Ariko Nadabu na Abihu bāpfuye ca gihe bosereza Uhoraho imibavu ku muriro urahuwe ahandi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ