Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Guharūra 3:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Ayo ni yo mazina ya bene Aroni, abaherezi bāsutswekw amavuta yo kubarobanura, bagashikirizwa ibango ry’ ubuherezi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Guharūra 3:3
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Dawidi abacamw’ ibice, akurikiye ukw abahungu ba Lewi bāri bari: aba Gerushoni n’aba Kohati n’aba Merari.


Iyo myambaro yose uz’ uyambike Aroni mukurwawe, bo n’abana biwe, ubasukekw amavuta, ubashikirize iryo bango, ubarobanure, kugira ngo bankorere igikorwa c’ubuherezi.


Wambike Aroni ya myambaro yejejwe, umurobanuze ayo mavuta, umweze, kugira ngw ankorere igikorwa c’ubuherezi.


Ubarobanuze amavuta, nk’uk’ uyarobanuje se, kugira ngo bankorere igikorwa c’ubuherezi: ukwo kurobanurwa kwabo kuzoba kubahaye ubuherezi bg’intahava ukw ibihe vy’urunganwe rwabo bizogenda bikurikirana.


Maz’ ayo mavuta yo kurobanuza abahabga ibango ayasuka ku mutwe wa Aroni, aramurobanura, aramweza.


Maze Mose yābīra kuri ya mavuta yo kurobanuza abahabga ibango, no ku maraso yari ku gicaniro, abicucagira kuri Aroni no ku myambaro yiwe, no ku bana biwe no ku myambaro yabo; yeza Aroni n’imyambaro yiwe, n’abana biwe n’imyambaro yabo.


Mugabo Nadabu na Abihu bāpfiriye imbere y’Uhoraho, igihe bāmwosereza imibavu ku muriro urahuwe ahandi, bari mu bugaragwa bg’i Sinayi; bapfa ar’ incike. Ariko Eleyazari na Itamari bāshishikara ibango ry’ ubuherezi imbere ya se Aroni.


Ivyagezwe bishirah’ abanyantege nke kuba abaherezi bakuru, arikw ijambo ry’indahiro yaherukiye ivyagezwe rishirah’ Umwana w’Imana yahīngūwe rwose gushitsa ibihe bidashira.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ