Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Guharūra 3:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Aya ni yo mazina ya bene Aroni: imfura yiwe ni Nadabu, agakurikirwa na Abihu na Eleyazari na Itamari.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Guharūra 3:2
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Imice aba Aroni bāgizwemwo n’iyi: bene Aroni bāri Nadabu na Abihu na Eleyazari na Itamari.


Ariko Nadabu na Abihu batanze se gupfa, kandi nta bana bāsize; nuko Eleyazari na Itamari ni bo bahawe igikorwa c’ ubuherezi.


Bene Amuramu ni Aroni na Mose na Miriyamu. Bene Aroni ni Nadabu na Abihu na Eleyazari na Itamari.


Kand’ uze wīgize hafi yawe Aroni mukurwawe n’abana biwe, ubarobanure mu Bisirayeli, kugira ngo bankorere igikorwa c’ubuherezi: Aroni nyene, na Nadabu na Abihu, na Eleyazari na Itamari, abana biwe.


Aroni arongora Elisheba, umukobga wa Aminadabu, mushiki wa Nahashoni; bavyarana Nadabu na Abihu na Eleyazari na Itamari.


Nadabu na Abihu, bene Aroni, bābīra ivyotero vyabo, bashiramw’ umuriro, bashirakw imibavu, bayosereza Uhoraho ku muriro urahuwe ahandi, uwo atabageze.


Mose abarira Aroni n’abana biwe basigaye, Eleyazari na Itamari, ati Ni mujane ivyasigaye kuri rya shikanwa ry’ifu ryo mu mashikanwa yashikaniwe Uhoraho agatōngōrwa n’umuriro, mubirīre i ruhande y’igicaniro bitarimw’ umwambiro: kukw ar’ ivyera cane.


Aroni na we abo yavyaye ni Nadabu na Abihu na Eleyazari na Itamari.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ