Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Guharūra 26:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Nuko Mose na Eleyazari umuherezi barabibabarira bari mu kiyaya c’i Mowabu kuri Yorodani, aharābana n’i Yeriko,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Guharūra 26:3
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abisirayeli barahaguruka, basagaza mu kiyaya c’i Mowabu, hakuno ya Yorodani, aharābana n’i Yeriko.


Bavudukayo, basagaza mu kiyaya c’i Mowabu kuri Yorodani, aharābana n’i Yeriko.


Uhoraho abaririra Mose mu kiyaya c’i Mowabu kuri Yorodani, aharābana n’i Yeriko,


Abo ni bo bāharūwe na Mose na Eleyazari umuherezi; bāharūye Abisirayeli bari mu kiyaya c’i Mowabu kuri Yorodani, aharābana n’i Yeriko.


Abisirayeli bamara imisi mirongwitatu baririra Mose, bari mu kiyaya c’i Mowabu; nukw imisi yo kuririra Mose no kumugandarira irarangira.


Uhoraho amuhamba mu mwonga wo mu gihugu c’i Mowabu, aharābana n’i Beti‐Peyori; ariko nta wuzi imva yiwe na bugingo n’ubu.


Maze Mose ava mu kiyaya c’i Mowabu, adūga umusozi Nebo, ashika ku gatwe Pisiga, aharābana n’i Yeriko. Uhoraho amwereka igihugu cose c’i Gileyadi gushitsa i Dani,


Abafashwe mpiri n’iminyago n’amasahu babizanira Mose na Eleyazari umuherezi n’ikoraniro ry’Abisirayeli, aho bashagaje mu kiyaya c’i Mowabu, kuri Yorodani, aharābana n’i Yeriko.


bati Muharūre abamaze imyaka mirongwibiri no kuja hejuru. Babigira nk’uk’ Uhoraho yabariye Mose. Abisirayeli bāvuye mu gihugu ca Egiputa bār’ aba:


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ