Guharūra 2:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Bose na bose abāharūwe mw igugu rya Yuda bar’ ingabo ibihumbi ijana na mirongumunani na bitandatu n’amajana ane, nk’ukw imice yabo yakurikirana. Abo baze babe ari bo babanza guhaguruka. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |