Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Guharūra 15:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 ati Barira Abisirayeli yuko, ni bamara gushika mu gihugu bagiye kubamwo, mbahaye,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Guharūra 15:2
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

ati Barira Abisirayeli, uti Ni mwashika mu gihugu nzobaha, mukimbura ivyimburo vyaho, muze mwame mushīra umuherezi umukama wo ku vyimburwa vyanyu vy’umushuzo:


ati Barira Abisirayeli, uti Ni mwashika mu gihugu abajanamwo,


ati Barira Abisirayeli, yuko ni bashika mu gihugu nzobaha, ico gihugu kize kigire ikiruhuko nk’isabato co kunyubaha jewe Uhoraho.


kuko mutarashika mu buruhukiro no mw ishamvu Uhoraho Imana yanyu yabahaye.


Aya ni yo mabgirizwa n’ ivyashinzwe mukwiye kuzokwitondera, mukabishitsa, imisi yose muzoba muriho mw isi, muri mu gihugu Uhoraho Imana ya ba sogokuruza banyu yabahaye ngo mucegukire.


ati Ni mwamara gushika mu gihugu c’i Kanani, ico mbahaye kuba ishamvu yanyu, ngatera inzu yo mu gihugu c’ ishamvu yanyu indwara yo mu buryo bg’imibembe;


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ