Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Guharūra 13:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Nuko Mose abatuma ari mu bugaragwa bg’i Parani, nk’uk’ Uhoraho yageze: abo yatumye bose bār’ abakuru bo mu Bisirayeli.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Guharūra 13:3
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abisirayeli barahaguruka, bagenda bakurikirana nk’uko vyashinzwe, bava mu bugaragwa bg’i Sinayi, ico gicu gihagarara mu bugaragwa bg’i Parani.


Hanyuma barahaguruka, bava i Haseroti, basagaza mu bugaragwa bg’i Parani.


ati Tuma abantu, baje gutata igihugu c’i Kanani mpaye Abisirayeli; ukūre umuntu umwe‐umwe mu miryango ya ba sekuruza, asanzwe ari mukuru muri bo.


Bashitse, basanga Mose na Aroni n’ikoraniro ryose ry’Abisirayeli i Kadeshi, mu bugaragwa bg’i Parani. Babīgānira inkuru, hamwe n’iryo koraniro ryose, babereka n’ivyo bamuye mur’ ico gihugu.


Aya ni yo mazina yabo: mu muryango wa Reyubeni hatumwa Shamuwa mwene Zakuri.


Uko ni ko na ba so bakoze, hamwe nabatuma gutata ico gihugu, nd’i Kadeshi‐baruneya.


at’ Aya ni yo mazina y’abantu bazobagabanganya igihugu kw amashamvu: Eleyazari umuherezi na Yosuwa mwene Nuni.


Nuko tuvuduka i Horebu, duca muri bga bugaragwa bunini buteye ubgoba, turaburangiza, nk’ uko mwabibonye; tujana inzira irora mu mugamba w’Abamori, nk’uk’ Uhoraho Imana yacu yatugeze; dushika i Kadeshi‐baruneya.


Iyo nama nca ndayishima, mbatoranyamw’ abantu cumi na babiri, umwe‐umwe ukw imiryango yanyu ingana.


Kandi na ca gihe Uhoraho yabarungika ngo muve i Kadeshi‐baruneya, ati Ni mudūge, mwinjire igihugu mbahaye; na ho nyene mwagararije ico Uhoraho Imana yanyu yabagezeko, ntimwamwizera canke ngo mwumvire ijwi ryiwe.


Maze Samweli apfuye, Abisirayeli bose bakoranira hamwe, baramuririra; bamuhamba i we i Rama. Hanyuma Dawidi ava hasi, aramanuka aja mu bugaragwa bg’i Parani.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ