Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Filipi 4:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Nzi gucishwa bugufi, nzi no kugira umurengera; muri cose no muri vyose nātiwe ibanga ryo mu vyo guhāga no mu vyo gusonza, ryo mu vyo kugira umurengera no mu vyo gukena.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Ndazi ico ari co kuba mu bukene, kandi ndazi kubaho mu musesekara. Narize ibanga ryo kubaho muri vyose, haba mu gahimbo canke mu nzara, haba mu musesekara canke mu bukene.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Filipi 4:12
15 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Wabahaye Mpwemu wawe mwiza wo kubaha ubgenge, ntiwabimye manu yawe yo kurya, ubaha n’amazi yo kubamara inyota.


Kuk’ Uhoraho ambariye artya, anshizek’ ukuboko kw’inkomezi, anyihanikiriza ngo singendere mu nzira y’ubu bgoko,


N’ ukuri mmaze guhindukizwa narihannye; bimaze kunyigisha narishishitiye: nagize isoni, mbere ndatētērwa, kukw ibiteye isoni vyo mu buto bganje vyansubiyeko.


mwikoreze ingata yanje, munyigireko; kuko nd’ umugwaneza, niyoroheje mu mutima; namwe muzoronka uburuhukiro bg’imitima yanyu.


Na we arababgira, ati Ni co gituma umunyabgenge w’ivyanditswe wese, amaze guhinduka umwigishwa w’ivy’ ubgami bgo mw ijuru asa na nyen’ urugo asokorora mu vyo atunze ibintu bisha n’ivya kera.


Jewe Paulo ubganje ndabinginga kubg’ ubugwaneza n’ineza vya Kristo, jewe umuntu aciye bugufi muri mwebge imbere yanyu, arikw iyo tutari kumwe ndabubahuka;


Kuko bavuga, bat’ Ivyete vyiwe birahambaye, birasogōta, arikw iy’ ar’ ino, arakēngēretse, kand’ amajambo yiwe nta co amaze.


mu butame no mu bucumukure, ndāra maso kenshi, ngira inzara n’inyota, mmara ubusa kenshi, nicwa n’imbeho, nambara ubusa.


Canke mbega naracumuye kuko nicishije bugufi ngo mushirwe hejuru, mbabgiye ubutumwa bgiza bg’Imana ku busa?


kand’ aho nari kumwe namwe ngakena, sinagize uwo ngōra: kuko bene Data bavuye i Makedoniya bāmmaze ubukene. Muri vyose nirinda kubagora, kandi nzoshishikara kuvyirinda.


Yabasanze mu gihugu c’ ubugaragwa, Mu bugaragwa bg’ubgeranyange, humvikanamw’ ibihūrira; Abakikiza irya n’ino, arababungabunga, Abazigama nk’imbone y’ijisho.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ