Filipi 4:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Ariko ndanezererewe cane mu Mwami wacu kuk’ ubu mwahavuye mukongera kubabara ivyanje: kandi mwaranabibabara, ariko mukabura uburyo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Ndanezerewe cane mu Mwami kuko mwasubiriye kunyitaho. Ndazi ko mwamye munyitaho kuva kera ariko ntimwari bwaronke akaryo ko kubingaragariza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |