Filipi 2:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 ariko yīsiga ubusa, yābīra ishusho y’umugurano, acika ūsa n’abantu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Ahubwo, yiyambuye ubumana bwiwe, yambara ishusho y’umugurano, acika uwusa n’abantu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Maz’ ayo mayinga ukw ari mirongwitandatu n’abiri ni yashira, Mesiya azokūrwaho, kandi nta wuzomusubirira mu gishingo. Maze segaba wundi azoza, abantu biwe bazosangangura igisagara n’ahantu hēra; arikw iherezo ryiwe azotembanwa n’umuvo; kand’ intambara zizorinda zishitsa no kw iherezo; ubugesera bgashinzwe ko buzotera.