Filipi 2:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 mwerekana ijambo ry’ubugingo; kugira ngo mbone ico nzokwirata ku musi wa Kristo, yuko ntirukiye ubusa kandi ntātamijwe n’ubusa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Mugumye cane ijambo ritanga ubugingo, ni ho nzoronka ico nirata ku musi w’ukugaruka kwa Kristo, kuko ntazoba nirukiye ubusa, kandi igikorwa canje ntikizoba cabaye impfagusa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |