Filipi 1:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Har’ ico biriko? Kizima mu buryo bgose, ari mu buryarya ari mu kuri, Kristo avugwa, kand’ ivyo ndabinezererewe, kandi nzokwama mbinezererwa; အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Ariko ntaco bitwaye. Babikora mu kuri canke babikora mu buryarya, igihambaye ni uko Kristo ariko aravugwa. Kandi ivyo ndabinezererewe, mbere nzokomeza kubinezerererwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |