Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Esiteri 8:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Hanyuma Esiteri yongera kuvugira imbere y’umwami, yikubita imbere y’inyundo ziwe, amwinginga arira, ngw akūreh’ inama mbi zāgīwe na Hamani Umwagagi, n’imigabo yiwe yari yagabiye kugirira Abayuda.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Esiteri 8:3
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ashitse aho nyene kur’ uwo musozi, ah’ uwo muntu w’ Imana ari, amufata ku birenge. Gehazi aramwēgēra ngw amusunure, arik’ uwo muntu w’Imana aramubgira, ati Mureke, kukw afise umubabaro mu mutima, kand’ Uhoraho yabimpishije ntiyabimbariye.


Maze hanyuma y’ivyo umwami Ahasuwerusi akuza Hamani mwene Hamedata, Umwagagi, amushira hejuru, intebe yiwe ayisumbisha iz’ abaganwa bose basabanye.


kuko twe n’ubgoko bgacu twaguzwe, ngo tugesezwe, twicwe, duhone. Iyo tuba twaraguzwe ngo tuje mu buja gusa, nocereje, kuko naho vyodukomereye cane, sinorinze kugora umwami.


Umwami aca yiyambura impeta, iyo yari yatse Hamani, ayiha Moridekayi. Maze Esiteri ashikiriza Moridekayi urwo rugo rwa Hamani.


Maz’ umwami atunga Esiteri ya nkoni y’izahabu. Nuko Esiteri ava hasi, ahagarara imbere y’umwami,


Maze Hezekiya ahindukiriza amaso ku rusika, asenga Uhoraho,


mbere yahotoranye n’umumarayika, aramunesha; ararira, aramwinginga; i Beteli ni ho yayīboneye, kand’ aho ni ho yavuganiye na we,


Kristo mu misi yabaye mu mubiri, amaze kwinginga no gusenga cane iyashoboye kumukiza urupfu, atakamba cane arira, kand’ amaze kwumvirwa kubgo kuyubaha kwiwe,


yitembagaza imbere y’ ibirenge vyiwe, aramubarira, ati Mwami wanje, ico caha abe ari jewe kijako; ndakwinginze, jewe umuja wawe zirikana ico nkubarira, utegēre amajambo yanje.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ