Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Esiteri 7:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Maze kur’ uwo musi ugira kabiri wo kunywa igiturire ca vino, umwami yongera kubaza Esiteri, at’ Ico usaba n’iki ga mwamikazi Esiteri, ukagihabga? Urondera iki? N’iyo coba igisate c’igihugu canje uragihabga.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Esiteri 7:2
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuk’ umwami aramubaza, at’ Uragomba iki ga mwamikazi Esiteri? Urasaba iki? Ndakiguha, n’iyo coba igisate c’igihugu canje.


Bakiri ku giturire ca vino, umwami abaza Esiteri, at’ Ico usaba n’iki, ukagihabga? Urondera iki? N’iyo coba igisate c’igihugu canje uragihabga.


Nuk’ umwami na Hamani baza gusangira n’umwamikazi Esiteri.


Nuk’ umwami abgira umwamikazi Esiteri, at’ Abayuda bishe abagabo amajana atanu ku murwa i Shushani, barabarandura, bica na bene Hamani ukw ar’ icumi. Mbega none mu bindi bihugu vyanje bakoze ibingana iki? Har’ ico usaba na none ukagihabga? Har’ ikindi urondera kigakorwa?


Aramurahira, at’ Ico unsaba cose ndakiguha, n’iyo coba igisate c’ubgami bganje.


Kugeza ubu nta co mwasavye mw izina ryanje; musabe muzohabga, ng’umunezero wanyu wuzuzwe.


Uwo mukuru amufata ukuboko, aramwikebanya aramubaza biherereye, at’ Ic’ ufise kumbarira n’iki?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ