Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Esiteri 4:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Nuko Hataki aragaruka, abarira Esiteri amajambo ya Moridekayi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Esiteri 4:9
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Esiteri avugana na Hataki amurungikana amajambo kuri Moridekayi,


Nuko Esiteri ahamagaza Hataki, umwe mu nkone z’umwami, uwo umwami yamuhaye ngw amutume, amutuma kuri Moridekayi amwihanikirije, ngw amubaze ibibaye ivy’ ari vyo n’inyanduruko yavyo.


Amuha n’ ikopi y’ivyanditswe vy’iryo teka ryamamajwe i Shushani ryo kubageseza, ngw ayereke Esiteri, abimusobanurire; aheze amwihanikirize ngw aje ku mwami, amwinginge, atakambire ubgoko bgabo kuri we.


Nk’uko shelegi itabereye mu gihe c’umumero, n’ imvura mu gihe c’iyimbura, Ni ko n’ukwubaha igipfu kutabereye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ