Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Esiteri 3:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Nuko mwami, ni wavyemera, hoshingwa iteka, bakaryandika ngo barandurwe; nanje nzotanga italanto z’ifeza ibihumbi cumi, ndazihe abajejwe itunga ryawe, bazishire mu bubīko bgawe, mwami.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Esiteri 3:9
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Aburahamu yumvise ivya Efuroni, amugerera ku munzane za feza yaciriye, Abaheti bumva, shekeli amajana ane z’ifeza, kimwe n’izo abadandaza bācurūza.


Nuk’ umwami aca yambura impeta ku rutoke, ayiha Hamani mwene Hamedata Umwagagi, umwansi w’Abayuda.


Nuko Hamani abarira umwami Ahasuwerusi, ati Harih’ ubgoko busābagiye, bukwiragiye mu mahanga yo mu bihugu vyawe vyose; kand’ ivyagezwe vyabo nta ho bihūriye n’ivy’ ayandi mahanga yose, kandi ntibitondera ivyagezwe vyawe, mwami: ni co gituma, mwami, bitabereye gupfa kubarekera ngaho.


Moridekayi amudōndera vyose ivyamubayeko, n’igitigiri c’amahera uko kingana Hamani yasezeranye gutanga ngw aje mu bubīko bg’ umwami, ayatanze kugira ngw ageseze Abayuda.


kuko twe n’ubgoko bgacu twaguzwe, ngo tugesezwe, twicwe, duhone. Iyo tuba twaraguzwe ngo tuje mu buja gusa, nocereje, kuko naho vyodukomereye cane, sinorinze kugora umwami.


Maz’ uwo mwanya Abakaludaya bamwe bīgira hafi barega Abayuda.


Atanguye guharūra, bamuzanira uwamurīriye umwenda w’italanto ibihumbi cumi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ