Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Esiteri 3:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Nuko bashishikara kubimubarira uko bukeye, ntiyabumvira; baca babibarira Hamani, ngo barābe ivya Moridekayi uko vyoba, kuko yari yābabariye ngo n’Umuyuda.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Esiteri 3:4
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Akama abibgira Yosefu uko bukeye, na we ntamwumvire, ngw aryamane na we, canke ngw agumane na we.


Non’ umuntu wese muri mwebge wo mu bantu biwe bose, Imana yiwe n’ibane na we, adūge i Yerusalemu mu Buyuda, yubake ingoro y’Uhoraho Imana y’Abisirayeli, ari yo Mana iba i Yerusalemu.


Maz’ abagendanyi b’ umwami bāri ku kirimba i bgami, babaza Moridekayi, bati N’iki gituma uca mu cagezwe c’umwami?


Nuko Hamani abonye yuko Moridekayi atamwunamiye canke ngw amwikubite imbere, aca arashangashirwa.


Nuko rero harih’ Abayuda bamwe wahaye gutwara mu gihugu c’i Babuloni, ni Shaduraka na Meshaki na Abedunego: abo bagabo, mugenzi, ntibaruha bakubara, ntibasaba imana zawe, kandi ntibasenze ca gishushanyo c’izahabu wahagaritse.


Baca bishura umwami, bat’ Ariko Daniyeli we wo mu banyagano b’Abayuda, ntaruha akubara, mugenzi, canke ca cihanikirizo wasinyeko, arikw asenga gatatu‐gatatu ku musi.


Arabishura, ati Nd’ Umuheburayo, nubaha Uhoraho, Imana Nyen’ ijuru, yaremye ikiyaga n’i musozi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ