Esiteri 3:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Maz’ abagendanyi b’ umwami bose bāri ku kirimba i bgami bunamira Hamani, bakamwikubita imbere, kuk’ umwami yari yābishinze ngo bamuhe ico cubahiro. Ariko Moridekayi ntiyamwunamira, ntiyamwikubita imbere. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |