Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Esiteri 2:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 kandi n’ ushireh’ abantu mu bihugu vyawe vyose, mwami, ngo bakoranirize hamwe abigeme bose b’inkumi beza‐beza ku murwa i Shushani, bashirwe mu nzu y’abigeme, babashikirize Hegayi inkone y’umwami, asanzwe arinda abigeme, bahabge ivyo kwisīga ngo bayagayage mu maso.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Esiteri 2:3
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko bongeye gukoranya inkumi ubugira kabiri, Moridekayi yari yicaye ku kirimba i bgami.


Maz’ umwigeme uzoshima az’ abe umwamikazi mu gishingo ca Vashiti. Nuk’ umwami ashima iyo nama, abigenza artyo.


Ku murwa i Shushani hār’ Umuyuda yitwa Moridekayi mwene Yayiri, Yayiri wa Shimeyi, Shimeyi wa Kishi, Umubenyamini.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ