Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Daniyeli 8:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Iza kuri ya mpfizi y’intama y’amahembe abiri, nari nabonye ihagaze ku ruzi, irayivumbukira iri n’inkomezi zitewe n’inzigo nyinshi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Daniyeli 8:6
2 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nkivyitegereza, mbona haje impfizi y’impene ivuye i burengerazuba, ica mw isi yose, igenda idakoza amaguru hasi; kand’ iyo mpene yar’ ifise ihembe ry’ akarangabgami hagati y’amaso yayo.


Mbona yēgereye iyo mpfizi y’intama, irayishamira, irayisekura, iyivuna ayo mahembe yompi; kand’ iyo mpfizi y’intama ntiyagira inkomezi zo kuyihagarara imbere, arikw iyo mpene iyikubita hasi, irayisiribanga; kand’ iyo mpfizi y’intama ntihāboneka ūshobora kuyikiza ya mpfizi y’impene.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ