Daniyeli 8:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Mbona iyo mpfizi y’intama igenda itwariranya, yerekeye i burengerazuba n’i burārūko n’i bumanuko; ntihāgira igikōko gihangara kuyihagarara imbere, ntihāboneka ūshobora kugira ico ayikiza; ariko yakora uko yigombeye, ikīgira agahambaye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |