Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Daniyeli 6:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Baraza bavugira imbere y’umwami ivya ca cihanikirizo ciwe, bati Mbega ntiwasinye ku cihanikirizo washinze, yuko kumara imisi mirongwitatu umuntu wese azogira imana n’imwe asaba cank’ umuntu n’umwe, atari wewe, mugenzi, azotererwa mu rwobo rw’intambge? Umwami arabishura, ati Narabishinze koko, nk’ukw ivyagezwe vy’Abamedi n’ Abaperesi bishingwa ntibihinduke.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Daniyeli 6:12
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umwami avyemeye, hoshingwa ibgirizwa ry’umwami, maze rikandikwa mu vyagezwe vy’Abaperesi n’Abamedi, rikoya guhinduka, yuko Vashiti atazokwongera guseruka imbere y’umwami Ahasuwerusi; kandi n’icubahiro ciwe c’ubgamikazi agihe uwundi amurusha kwubaha.


Ba bagabo bongera gukondorera ku mwami, baramubgira, bati Mugenzi, umenye kw ar’icagezwe c’ Abamedi n’Abaperesi ngo nta cagezwe cank’ ibgirizwa umwami yashinze vyohinduka.


Nuko rero, mugenzi, shinga ico cihanikirizo, wisinye ku candiko caco, kugira ngo coye kuzohindurwa, nk’ukw ivyagezwe vy’Abamedi n’Abaperesi bidahinduka.


Maze ba shebuja babonye yukw ico bazigakw inyungu kivuyeho, bafata Paulo na Sila, barabakwega babajana mu kaguriro imbere y’abashingantahe,


Na we abariwe artyo abashira mu nzu yo hagati, arobeza amaguru yabo mu mpatane z’ibiti.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ