Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Daniyeli 11:38 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

38 Ariko mu gishingo cazo azokwubaha imana y’amaboma; mber’ imana ba sekuruza batigeze kumenya azoyubahisha kuyishikanira izahabu n’ifeza n’utubuyenge tw’igiciro kinini n’ibintu vy’igikundiro.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Daniyeli 11:38
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abaryohora ibishushanyo bibājwe bose n’ubusa; n’ ibintu vyabo vy’igikundiro nta co bizomara, n’ivyabona vyabo ubgavyo nta co bibona, nta co bimenya; kugira ngo bamāramāre.


Kandi ntazobabara imana za ba sekuruza, cank’ imana isengwa n’abagore, cank’ iyindi mana yose; kukw azokwishira hejuru gusumba zose.


Kand’ azonesha amaboma arusha ayandi gukomera, afashijwe n’iyo mana y’akavantara; abazomuninahaza bose azobongeraniriza icubahiro, abahe gutwara abantu benshi, kand’ azobasaturira ibihugu kw ingabire.


Ariko mu ngundu zo ku gishitsi c’i wabo hazovyuka ūzosubira ku ngoma ya se, azoja mu ngabo, atere amaboma y’ umwami w’i burārūko ayinjire, abaho abagire ukw agomba, agire intsinzi;


Ariko Mpwemu avuga avyeruye yuko mu bihe bizoza bamwe bazota ivyizerwa, bagashira umutima ku vy’ impwemu zizimiza no ku vy’ inyigisho z’abadayimoni,


ibishōrano vy’izahabu n’ifeza n’utubuyenge tw’igiciro kinini, n’imaragarita, n’impuzu zera nziza, n’iz’ inyambarabami, na hariri, n’iz’ agahama, n’imbaho zose zimota neza, n’imbombovu zose z’ibintu vyabājwe mu mahembe y’inzovu, n’imbombovu zose z’ibintu vyabājwe mu biti vyiza vy’igiciro kinini, n’ivyacuzwe mu miringa, no mu butare, n’ivyabājwe mw ibuye ryitwa marimari,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ