Daniyeli 11:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Maz’ umwami w’i bumanuko azoshungumirwa, azorekuka arwane n’umwami w’i burārūko; azogomora ingabo nyinshi, maz’ ingabo z’umwami w’i burārūko zizogwa mu maboko y’umwami w’i bumanuko. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |